Be the first to download and use Nova apps! get apps today

Make request of your information by claiming, providing useful information, and provide feedback about our services.


DRIVER

NI GUTE UMUNTU YOTANGURA GUKORANA NA NOVATAXI NK’UMU CHAUFFEUR?

Soma bihagije ngaha >>

RIDER

NI GUTE UMUNTU YOTANGURA GUKORESHA NOVATAXI MUKWIYUNGURUZA?

Soma bihagije ngaha >>

UBUFASHA

Mugize ikibazo canke mufise ico mubaza ,mwokwitura igisata c’ubudandaji ca NOVA SOFTWARE S.P.R.L!

Soma bihagije ngaha >>

NI GUTE UMUNTU YOTANGURA GUKORANA NA NOVATAXI NK’UMU CHAUFFEUR?
Biroroshe cane!inzira ni nyinshi,ushobora gutelechargea application yacu yitwa NOVA DRIVER kuri Googleplay ,kuri siteweb yacu yitwa www.nova.bi/download ,canke ukayihabwa n’umugenzi asanzwe ayifise mukoresheje Bluetooth,hyperenvoi,….. Uhejeje kuy’installa kuri telephone yawe uca wiyandikisha kuri application aho ushirako amazina yawe,ubwoko bw’imodoka ukoresha,I numero y’imparati z’imodoko hamwe na numero ya telephone uca uronkako ubwo nyene ubutumwa bugufi(SMS) igizwe n’ibiharuro bitandatu uca winjiza muri application,biba biheze uca winjira mu muryango munini w’aba chauffeurs bagezweho,bakoresha ubuhinga bwa none mukazi kabo.

NI GUTE UMUNTU YOTANGURA GUKORESHA NOVATAXI MUKWIYUNGURUZA?
Biroroshe cane!inzira ni nyinshi,ushobora gutelechargea application yacu yitwa NOVA DRIVER kuri Googleplay ,kuri siteweb yacu yitwa www.nova.bi/download ,canke ukayihabwa n’umugenzi asanzwe ayifise mukoresheje Bluetooth,hyperenvoi,….. Uhejeje kuy’installa kuri telephone yawe uca wiyandikisha kuri application aho ushirako amazina yawe hamwe na numero ya telephone uca uronkako ubwo nyene ubutumwa bugufi(SMS) igizwe n’ibiharuro bitandatu uca winjiza muri application,biba biheze uca utangura kuyikoresha ata nkomanzi.

NOVA SOFTWARE S.P.R.L NI IKI?
NOVA SOFTWARE S.P.R.L ni ishirahamwe(société) igengwa n’amategeko y’u Burundi ikorera mugisagara ca Bujumbura,Rohero,Chaussée du Prince Louis Rwagasore Nº65, Galerie Saint Paul Bureau Nº5, Tel: 75 32 32 16, siteweb: www.nova.bi , E-mail:customer@nova.bi .
ubufasha
IGISATA C’UBUDANDAJI. Mugize ikibazo canke mufise ico mubaza ,mwokwitura igisata c’ubudandaji ca NOVA SOFTWARE S.P.R.L kuri adresse ikurikira soma ahabanza